Amashengero Rukristo y’ Imana
[CB16]
Musa No Gusohoka
[CB16]
(Ivyasohowe 2.0
20020301-20070129)
Mose yatoranijwe n’Imana kurongora abana ba Isirayeli ahantu bari
mukinyagano. Biciye muri Musa na Aroni Imana yarakoze ibitangaza n’ibimenyetso
ko yoyo niyo Mana imwe y’Ukuri kandi Nkuru.
Christian Churches of God
E-mail: secretary@ccg.org
(Copyright ã 2002, 2007 Diane Flanagan and Wade Cox)
(Tr. 2009)
Izinyigisho zirashobora guhindurwa k’ubuntu no gutangwa kumategeko yuko
zishobora guhindurwa nkuko zimeze atakugabanywa canke guhindurwa ukundi. Izina
ry’umwanditsi n’ibimuranga bitegerezwa kwubahirizwa n’ukwerekanwa .Ntakiguzi
canke itangishwa ry’amafaranga mugihe c’ugusubiramwo zino nyigisho cnke mugihe
c’ugukwiragiwa mumajambo magufi zirashobora gusubirwamwo mumashuri no
gusobanura utarinze gukurako ububasha n’uburenganzira.
Izinyigisho
urashobora kuzisanga muri bwaburyo bwa internet
http://www.logon.org
and http://www.ccg.org
Musa No Gusohoka [CB16]
Yakobo ariwe
inyuma yitswe Isirayeli, yaragiye kuba muri Misiri n’abana biwe cumi n’umwe
n’imiryango yabo. Hariho inzara mugihugu c’ikanani aho bahora baba.Yosefu,
ariwe yarumwana mukundwa wa Yakobo yari umurongozi w’igihugu ca Misiri kandi
yahamagaye bene wabo ngo baze murico gihugu, ahantu infungurwa zari nyinshi.
Ibitigiri vy’uruvyaro rwa Yakobo (Isirayeli) vyari mirongo indwi mugihe bagenda
muri Misiri. (Kuvayo 1:1-2).
Inyuma yo kuganza
muri Misiri mukiringo c’ Imyaka myinshi Yosefu yarafuye afise imyaka 110 ijana
na cumi. Imberer yuko apfa yabariye bene wabo ko Imana azobasubiza mu gihugu
cabo igihe c’ikanani kimwe (Itanguriro 50:15-21).
Inyuma Yosefu na
benewabo bose bapfa, igitigiri c’abana ba Isirayeli mugihugu ca Misiri
carongerekeranye. Ubutaka buruzura nowa ( Kuvayo 1:6-7).
Ibinjana bibiri
birangiye Abisirayeli brabandanije kwongerekana gushika kugitigiri c’imiriyoni
zibiri murico gihugu ca Misiri. Murico gihe ca Farawo abisirayelin benshi
barabvandanije gutwara ico gihugu no gupfa barapfa murico gihe nyene Yosefu
abona kwibagirwa n’uwo Farawo
(Kuvayo 1:8) Farawo yabandanijwe kuvurwa cane muri Bibliya ntiyenejertejwe n’Abisirayeli kuko yabona ko
igitigiri cabo cagumye kibandanya kuba cinshi kandi aca ahitamwo kubaha
ibikorwa bitoroshe cane kugirango
babandanye bagabanuka kugitigiri. Abanye Misiri barafashe nabi abisirayeli cane
no kubatoteza. Igihe gito Abisirayeli babaye abaja n’abapoagashi no kuba munsi
y’amategeko ya banye Misiri. Barakora ibikorwa biruhishije cane kandi kuma saha
menshi cane buri munsi (Kuvayo 1:8-14).
Mugihe
Abisirayeli bagiye baragabanuka mugitigiri, Farawo aca atanga itegeko ry’uko
buri umwana w’umuhungu azovuka yicwe
n’umwana wo muri Misirti nawe nyene nuko (Kuvayo 1:15-16). Kurico gikorwa kibi
kandi kigayitse Farawo yiyunviriye yuko azoguma atwara abisirayeli. Ariko abo
bakenyezi ntibigeze bakora gurtyo. Babarira Farawo ko abagore bo muri Misiri
arabahizi kandi ntiashobora gukora gurtyo kugirango abana babo ivyo
bibashikire. Imana yaragize umugambi kugirango aba bakenyezi badashobora
gutotezwa kurubwo buntu. (Kuvayo 1:17-21) Hariho icirwa kinini iwacu.
Biciye muricoi
cirwa c’abo bakenyezi bo muri Misiri
Barya bubashe Imana gusumba abategetsi bubu bakiresha igikenye no gucungerwa mungo zabo (Kuvayo 1:21-22).
Kandi Farawo yari
yarashizeho ingabo z’abajejwe umutekano gufata abana b’abahungu bavutse no
kubata mu ruzi rwa NIL (Kuvayo 1:22)
kuberivyo b’ Isirayeli barababajwe rwose nico gikorwa gushikaho bipfuje
guhunga igihugu ca Misiri.
Ubugingo bwa Mose burerekana Umugambi w’agakiza
Inkuru za Musa
s’inkuru zerekeye gukura Abisirayeli mu kinyago. Utwereka umugambi w’ Imana
mugakiza k’isi nzima nkuko tubisangamugitabo ca Bibliya.
Umugambi
w’agakiza urashobora kuboneka muzima bwa Mose no kukuvuka kwiwe kuko ingendo y’ubuzima bwiwe yaciwe mwo
uburyo butatu buri myaka 40. yamaze igihe c’ imyaka ijana na mirongo ibiri 120
(Gusubira muvyagezwe 34:7).
Imyaka mirongwine
yambere yabaye muri Misiri. Imyaka mirongwine ya kabiri yari muri Medyani
nk’umuroingozi (Ivyakozwe n’intumwa7:29), n’iyindi myaka mirongwine yabaye
mubugaragwa. Umugambi w’agakiza n’uwimyaka ajana atandatu ukurikijwe n’itsinzi
ya Yesu Kristo y’imyaka igihumbi (Ivyahishuriwe Yohashua 20:2-6).
Kuva mubuzima bwa
Mose turatahura yuko imyaka ibihumbi bitandatu kwari ukugaburwa kw’intambuko
zitatu kw’ Iyubile mirongwine yaburi umwe umwe. Iyubile n’imyaka mirongwine.
Rero intambuko imwe ni 40x50=2,000 imyaka. Rero intambuko zitatu ningombwa zibe 2,000x3=6,000 imyaka.
Mose avuka
Umwana w’
Umuhungu mwiza wese yavutse
mub’Isirayeli mubwoko bwa Lewi
aribo baba hafi y’uruzi Nil bageregeje kumunyegeza mu ntwaro mukiringo c’amezi atatu. Nimba batashobora kumunyegeza
baramushira mugisamba canke mu kidenga no kujanwa kuruzi baka musiga hiyo
hambavu y’uruzi. Bashiki biwe baraho
kugirango barabe ikiza gukurikira
kuruwo mwana (Kuvayo 2:1-4).
Akanya gato
umukobwa wa Farawo acaza kuruzi no kwihutira gutora ico kidenga vyamenyekanye nk’Umwana wa Isirayeli, kandi
yari mwiza no gushima yuko amuheka no kumurera (Kuvayo 2:5-6) hanytuma mushiki w’uwo mwana araza kuri nyamukobwa wa Farawo no kumubwira
yuko ashobora kuronka uwo rera uwo mwana n’ukuri uwo mwana yirukiye nyina wiwe
no kumubarira yuko ashobora kumurera uwo mukobwa wa Farawo acca abarira nyina
ko akwiye kurera uwo mwana no gukina yarafise umwidegenvyo wo gukina nawe.
Ntiyiyemeye ko uwo mwana yo gira ikibazo na kimwe (Kuvayo 2:7-9).
Mugihe
umwana yavutse yakuze baramuhanyehanye n’umukobwa wa Farawo. Yaciye amwita
izina rya Musa (Kuvayo 2:10). Musa yarize amashure yiwe muri Misiri munyuma
yaho yahawee ikibanza kinini muntwaro z’ingabo za Misiri. Imana yariko
iramutegura kugikorwa kinini cane. Munyuma yaho Mugihe umwana yavutse yakuze
baramuhanyehanye n’umukobwa wa Farawo.
Nkuko yamaze
imyaka mirongwine niko yarafitiye intuntu n’igishika kinini kuri bene wabo baba
Isirayeli naniko kand yarafitiye igishika gito
kuri benewabo bo muri Misiri.
Mose ahungira imidiyani
Mose yamenye
ukuntu abo muri Misiri batoteje ab’Isirayeli, abo barabantu babo kandi
yarababajwe cane Igihe kimwe yafashije
ab’isirayeli, mukurwanya uwo muri Misiri yarwana n’Umwisirayeli umwe, Musa
mwibakwe ribi uwo munyamisiri aramwica
kandi nta muntu numwe yari yaramubonye aca amunyegeza mumusenyi (Kuvayo
2:11-12).
Mose aca amenya
yuko ico yakoze ca menyekanye n’abagenzi biwe, Farawo amaze kuvyumva aca
ategeka ko Musa yo kwicwa (Kuvayo 2:15). Rero Mose aca ahungira kure n’igisazga
ca Misiri no gushika imidiyani. Aha niho yabaye irangira ry’imyaka mirongo ine
yambere ya Musa mubuzima bwiwe.
Imidiyani Mose
yarahuye na Sipora baca barabirana uwo yarumwe mubakobwa indwi b’Umuhererezi
Mukuru Ruweli (Kuvayo 2:16-22). Munyuma baravyara abana babiri babahungu. Musa yarabaye imidiyani nk’umurongozi
mukiringo c’ Imyaka mirongwine. Ukwo kwabaye igice kigira kabiri c’ ubuzima
bwiwe kandi vyari bibereye. Mugihe yarumwungere w’ intama, bitwereka ko
Isirayeli izofata imyaka mirongo inne
ya Yubile (imyaka ibihumbi
bibiri, 2,000) inkuru ziwe zijanye na Bibliya kandi uku niko igihe
c’ukuva kwa Abarahamu gushika kuri Mesiya.
Inyuma y’imyaka
myisnhi y’ugukora akazi nk’intumwa muri
Misiri abana ba Isirayeli baraririye Imana. Kandi Imana yarumvise amaborogo
yabo n’ugutakamba kwabo. Yaratoranije umuntu rurangiranwa kugirango abakure muri Misiri. Turaza kubona
ivyakurikiyez no kuberiki Imana yatoye Musa kugirango akure abantu bayo.
Mose n’Umuriro wo mugishitsi
Mose yarafise
hafi imyaka mirongo ine 40 mugihe
umunsi umwe yabonye ikintu gihambaye kumisozi yari hambavu ( Kuvayo 3:1-2).
Umumarayika w’ Imana araza kuriwe mugitutu c’ umuriro ca vuye mugishitsi
kitigeze gitongorwa (Kuvayo 3:3).
Aha nivyiza
kuganira gato kuvyerekeye uyu mu Malayika. Umumalayika w’Umwami yar’umukozi
w’Imana Uyu Mumalayika yar’ahagarariye
ubwiza bw’ Imana, yari Yesu Kristo imbere y’uko awa kw’isi nk’umuntu yarahawe ububasha kub’ Isirayeli.
Kuriyi nkuru turaza kubona ingene Umumalayika w’ Imana yabakuye muri misiri
biciye kuri Mose no kubazigama gushika mugihugu c’ Isezerano.
Rero Mose
yarafise igishika kinini kuri wa muriro
kubera ca gishitsi kitigeze gitongorwa . Nimba yaragerageje kwegera kirya gishitsi uwo mu Malayika wa
Yehova yaganira nguwahagararira Imana, yahamagaye Musa na Musa yaritavye kandi
yarishuye (Kuvayo 3:4).
Yabariye Musa ko
atomwegera kandi ko ya kwambura inkweto
ziwe kubirenge vyiwe ati kuko aho ahagaze arahera (Kuvayo 3:5). Mose yarafise
ubwoba kandi yariyahishije mumaso hiwe. Hanyuma Umumalayika abandanya kuvuga “Jewe nd’ Impana
y’abasogokuruza banyu, Imana ya Aburahamu Imana ya Isaka kandi Imana ya Yakobo”.
Uwo n’Umumalayika avuga ng’intumwa y’
Imana. Ijwi risubira kumubarira riti
kura abana ba Isirayeli mugihugu ca Misiri. Imana yarigaragaje kuri Musa
n’imbre y’Abisirayeli, biciye muri Kristo. Hanyuma yimenyekanije wenyene kumahanga biciye kuri Mesiya we
nyene.
Mose yabariwe
kuja kwa Farawo no kumuburira ko yo rekura abantu biwe bigire (Kuvayo
4:6-10) Mose yarafwise agahinda kenshi
cane yari bajije kuberiki Imna yatoye
we kugirango aje kwa Farawo kugusaba kwiwe. Yari butse ko adashobora kuvuga
ururimi rwo muri Misiri neza kandi
yarafise icipfuzo co kuvuga urwo rurimi. Ariko Umumarayika yaramubwiye ko azoba
kumw nawe (Kuvayo 4:11-12).
Mose Y’ibaza ko
abantu batazomwizera kandi bakazomubaza
izina ry’uwamutumye. Umumarayika w’ Inama aramwishura, ”NDI UWO NDI WE “ ukwabe
arikuzobabwira Abisirayeli bisigura mugiheburayo nyaco Jewe ndiho kandi nzo kwamaho Umumarayika aravuga barira
Ab’Isirayeli uti UHORAHO Imana ya ba sogokuruza, yabantumyeko“ (Kuvayo
3:14-15).
Mose yabwiwe ko
yo barira abatama b’ Abisirayeli ivyo yatumwe kuvuga ivyo Mesiya yamubariye.
Munyuma yaho Mose yagiye kwa Farawo no kumubarira’ Uhoraho Imana y’Abahbeburayo
yahuye natwe rero turagusavye ko woturekura tugafata urugendo rwo mubugarwa rw’
iminsi itatu kugirango tuje gutangira Uhoraho Imana ishikanwa (Kuvayo 3:16-22).
Mose yrafise
ubwoba ko abangtu batazo mwizera Imana yahaye Mose ibimenyetso bitatu ibizo
mwerekana ko yavuganye n’ Imana kandi ko yariko aravugana n’ Imana y’Ukuri (
Kuvayo 4:1).
Ikimenyetso ca
mbere yari nkoni y’ukuragira intma
yahinduwe inzoka kandi igaruka kubva inkoni (Kuvayo 4:1-5) ivyo bisigura ko
Mose yahawe inkomezi busumba ubw’impwemu mbi z’abadayimoni.
Ikimenyetso ca
kabiri yabariwe gukora arico co gushira ukuboko kwiwe mugikiriza ciwe . Ivyo
yarabigize ubo nyene aca fatwa n’ingwara y’imibembe iyo ningwra yo kurukoba
igira umuntu kugira inzobe itagira amagara meza. Munyuma kandi Mose yabariwe
gushira kandi ukuboko kwiwe ubugira kabiri mugikiriza ciwe ubwo nyene acagira amagara meza kandi
(Kuvayo 4:6-7).
Ivyo bisigura ko
Mose azogira ububasha kumagara y’abantu. Ntiwigeze wumva tuvuga abantu batazoshobora
kumwizera, murivyo bimenyetso twerekanye wunvise tuvuga ko abantu batazo
mwizera . Hazobaho nibindi bimenyetso Mose yabwiwe kuvoma amazi kuruzi no
kuyasesa kw’isi yumye muriyo nzira
azohinduka amaraso (Kuvayo 4:8-9). Iki kimenyetso cerekana ko Mose azogira
inkomezi kubwa Mpwemu w’ Imana.
Mose yavuze ko
atazo kwigera avuga neza Umumarayika w’
Imana aramubwira ati mwene wanyu Aroni azohora avuga neza inyuma yawe amaze
kuvuga (Kuvayo 4:10-17). Uhoraho ariwe kandi yar’umumalayika abarira Mose azobigisha ingene bazovuga nihaba ibihe
vyiza, Iyo migenderanire ya Mose na Aroni yari imigenderanire myiza nka kurya
kw’imigendera ya Kristo n’ Imana. Krsito yavuzwe ko “Ar’Ijambo” canke umuvuzwi
w’ Imana nkuko tubibona ngaho haruguru murububuryo. Aroni yar’umuvugizi wa Mose
.
Rero ivyo vyabaye
mumyaka mirongo ine kubugira kabiri
mugihe ca Mose. Mose yamaze imyaka mirongo umunani kuvahano tugiye rero kuyindi
myaka mirongo ine ya nyuma y’ubugingo bwa Mose.
Mose aja i Misiri
Musa yasezeye se
bukwe aca afata umugore wiwe Sipora n’abana biwe babiri batangura urugendo rwo
kuja i Misiri. Ariko bakiri munzira Imana ihura na Mose ira mubarira ‘Ijwi
ry’ukwica (Kuvayo 4:18-23).
Kubera ko Mose yarafitaniye ibibzo n’umwana wiwe
nkuko Abarahumu yari yarabitegetswe. Rero umugore wiwe Sipora yafashe ibuye aca
rakeba umwana wiwe no kumurwaza aca arakora no kubirenge vya Mose (Kuvayo
4:24-26). Mose yararatse ngirango nico catumye asubiza umuryango wiwe
muhira murico gihe nkuko tubibona
ingene bagiye iMisiri na mwene wabo Aroni. Nimba Mose yahuye na Aroni
aramwiganira vyose ivyo Imana yamubariye. Aca aragenda kubasogokuruza kubabwira
vyose Uhoraho yavuze. Baragize ikimenyetso kugirango abantu babemere. Barazi
neza ko Imana yarungitse umuntu kubakura mugihugu muri Misiri.
Kuva kukigabane
ca 5 haratubarira ubugeni bwa mbere bwa Mose na Haruni kwa Farawo. Farawo nta
mugambi numwe yarafise wo kurekura abo bantu ngo bagende kandi yipfuza kubaha ibikorwa vyinshi Kandi
yari yarategetse ko abao bantu bakora ibiti vyo buri muntu wese vyo
gufyaturamwo amatafari Ivyo vyarafata igihe ariko barabikora gurtyo buri
munsi rero abo bantu barakubitwa
kugirango bakore amatafari menshi ariko Farawo ntiyakunda ko abo bantu bogenda
gutanga ishikanwa ku Mana yabo. Rero Farawo yaragerageje kugira ibintu ko
bitokworoha kandi yabigira kugfirango
ntibabashe kwizera Musa nk’ Umukozi w’ Imana.
Kuva kukigabane
ca 6 Imana yavuganye na Mose biciye mumulayika. Aharero Mose yarabuze
ivyizigiro. Imana ibarira Mose isezerano ryayo canke ukwunvikana kwiwe hagati
yayo n’Abaurahamu. Imana yarunvise amarira y’Ab’isirayeli c’ugutabarwa kwabo no
kuzana ivyizigiro.
1.
Kubakura
muri Misiri no kubakura mukinyagano
2.
Kubakura
mumaboko ya Farawo kandi yari ingingo nziza
3.
Kuba abantu
bayo
4.
Kubabera
Imana yabo
5.
Kubashikana
mw’isezerano arico igihugu c’ isezerano c’abasogurukuza babo
6.
Kubaha isi
yabo kuba itongo ryabo (Kuvayo 6:6-8).
Mose yavuiganye
n’Abisirayeli mugabo ntibashoboye kumwemera kuko ubuzima n’imitima yabo yari
yaramaze kuruha n’ibikorwa biruhisha
vy’ubuzima bwabo.
Mose ntiyizera ko Farawo azomwunvira nkuko abantu babo bamugararije. Imana imubarira ko izokoresha ibimenyetso bikuru n’ibitangaza bikomeye i Misiri Farawo hamwe n’abantu bo muri Misiri bazokwizera Imana imwe Rudende kandi Imana y’ Ukuri yakuye abantu biwe i Misiri.
Mose yarafise
imyaka mirongo umunani 80 mugihe yaja kuvugana na Farawo hamwe na Haroni
yarafise imyaka 83 mirongo umunani n’itatu.
Kuva k’umurongo
w7 kuvyerekeye ibimenyetso cumi vyazanye umubabaro mwinshi, ingorane hamwe
n’agahinda kenshi kubanye Misiri. Kuva kukimenyetso ca mbere gushitsa
kuc’icenda Farawo yari yanse kurekura abantu b’ Imana.
Ikimenyetso ca
mbere yari inkoni ya Haroni gundurwa kuba inzoka, Farawo nawe yahamage abafumu
biwe kugira kurya nyena babigize kubera umwe wese yakoresheje inkoni yiwe
ihinduka inzoka. Farawo yiyunviriye yuko abapfumu biwe aribeza gusumba Imana. Ariko inko ya
haruni imira inkoni zabo zose. Hamwe nivyo Farawo ntiyigeze yumvira Mose na
Haroni.
Ibimenyetso cumi
Ikimenyetso ca mbere
amazi ahinduka amaraso
Farawo yarafise ubwoba mu kukiyaga ca Nile inkoni ya Haroni ikora mumazi
amazi acika amaraso. Ifi zarapfuye nokubora ba n’ukunuka kubera ukubura amazi
meza. Abanye Misiri barabuze amazi kukiringo c’ iminsi indwi . Abapfumu baragerageje
gukora amaji kugirango ahinduke amaraso (Kuvayo 7:22). Kubera yuko Farawo
yarafise ukwumvikana kwiza nabo bapfumu biwe ntiyemeye ko aribitangaza vy’
Imana.
Bizomera gutyo navyo nyene mubihe vy’iherezo nimba abanyabwenge
bazogerageza kutavuga ibintu uko bimeze ukwo nyene niko bizoba no mugihe c’
inzamba n’igihano c’ Imana.u
Ikimenyetso ca Gatanu : hatera akaryama
Cari ingwara
z’ibikoko, hariho bamwe bavuze ko vyavuye kuri za nzuki ariko kubashakashatsi b’ikigihe ntibashoboye
kumenya no gutahura ko ar’igitangaza c’ Imana. Inka zose zo muri Misiri
zararwaye Farawo yarabandanije kwanka
kurekiura abantu ko bogenda. Ukwokweranda kwa wanywe k’unka ibi vyagereranijwe n’ishikanwa ry’ishangije
vyasobanura ko arishikanwa rya Mesiya. Inka y’impfizi yasobaurwa ko arubweranda
bw’imana yo muri Misiri Apis. Rero gupfa kw’izo nka vyari bibabaje kuruhande
rwabo nk’imana.
Haroni yaragoroye
inkoni yiwe kuruzi Nile hanyuma ibikere vyose birasokoroka bikwira Misiri yose.
Vyaruzuye inzu zose no kubutanda vyari bihari eka vyuzururanye Misiri yose.
Abapfumu ba Farawo nabo bazana ibikere vyabo
farawo yabariye Mose ati n’avugane n’ Imana kugirango ikureho ivyo
bikere hanyuma azobarekura bagende. Musa abarira farawo atiuvyo bikere bihava
mugitondo. Hanyuma mugitondo ibikere vyose birafa Misiri nzima kandi Farawoi
yarafise ibituma kandi aca yica
amasezerano yiwe.
Kandi
ntiyabarekuye ngo bagende Ibikere
bisobanura ko abadayimoni batari muri Mlisiri gusa honyene. Iki kimenyetso
kigererranywa n’imitima yo mubihe vy’iherezo. N’inkibikere biva mukanwa k’inzoka no mubikoko hamwe no
mukanwa k’abavugishwa bibinyoma (Ivyahishuriwe 16:13).
Haroni kandi yarakubise inkoni yiwe k’ubutaka bwa Misiri haca haba
umwambiro kubantu, kubikoko, eka ibintu vyose vyo muri Misiri vyari bifise
umwambiro. Abapfumu bo muri Misiribaragerageje kugira ukjo bashoboye mugabo
vyarabataye kuw’amazi. Abapfumu babwira Farawo ati uku n’ukuboko kw’ Imana (Kuvayo
8:19). Musa yabariye Farawo arekure abantu b’ Imana bagende ataruko naho ngo azohava abona ibimenyetso
vyinshi
Ikimenyetso ca kane :
hatera ibibugu
Muri Kuvayo 8:20 ff Imana ya bariye Mose kuzana ikimenyetso c’ inzuki ku bantu n’ibikoko vyo muri Misiri. Kuberiki Imana yatandukanije abantu bayo no hagati y’abantu bo muri Misiri kubefra Ab’ isirayeli babaye kumusozi wa Gosheni wa tandukanya ab’isirayeli nabo muri Misiri. Imana ica ibuza ko inzuki zoja hiyoo. Bisobanura ko Ab’Isirayeli barabantu batoranijwe kandi baberanda b’ Imana. Ivyo bikwioye kumenywa yuko izo nzuki zari Belzeebub, Imana ya Ekron, hagati y’abanya kanani. Abo bantu baribafitaniye imigenderanire na Misiri. Turabona ko ikimenyetso gisigura ibigirwa mana bitagia inkomezi.
Frawo kandi yariyarasezeranye kurekura abantu kugirango batange ishikanwa ku Mana yabo (Ariko sikure cane) Mose yabariye Imana gukuraho izo nzuki yarazikuye ariko umutima wa Farawo warabandanije gukomantara ntiyarekuye abo bantu kugirango bagende.
Ikimenyetso ca Gatanu :
hatera akaryama
Cari ingwara z’ibikoko, hariho bamwe bavuze ko vyavuye kuri za nzuki ariko kubashakashatsi b’ikigihe ntibashoboye
kumenya no gutahura ko ar’igitangaza c’ Imana. Inka zose zo muri Misiri
zararwaye Farawo yarabandanije kwanka
kurekiura abantu ko bogenda. Ukwokweranda kwa wanywe k’unka ibi vyagereranijwe n’ishikanwa ry’ishangije
vyasobanura ko arishikanwa rya Mesiya. Inka y’impfizi yasobaurwa ko arubweranda
bw’imana yo muri Misiri Apis. Rero gupfa kw’izo nka vyari bibabaje kuruhande
rwabo nk’imana.
Ikimenyetso ca Gatandatu : hatera ibihute
Musa yarafashe
akamwanya kiwe kose no kwikorera aca ararangamiza mwijuru mumaso ha Farawo.
Ivyo vyateye ingwara kubantu no kubitungano. Ariko Farawo ntiyigeze arekura
abantu b’ Imana ngo bagende. Mbre n’imiti y’abapfumu ntiyegeze ivura ivyo
bintu.
Murikino gihe c’
iherezo abantu bazoba bazofatwa n’ingwra zitandukanye kandi mbi bivanye kubimenyetso vy’ibitunganoç
(Ivyahishuriwe 16:11).
Mose yarakoze
ikimenyetso gikurikira yaramubwiye ko abantu n’ibitungano ntibizonwa muhira ngo
bivurwa vyose bizotegerezwa gupfa.
Ikimenyetso c’indwi : hatera urubura
Uwo warumwotsi
mubi cane zaruzananye n’umuriro uwo abantu bo muri Misiri baitigeze babona.
Mose yarereje inko yiwe ku Mana Imana ica irungika uguhinda n’umwotsi mwinshi
n’ umuriro kubutaka. Ivyo vyabaye mugihe abantu n’ibikoko vyari hanze bihunga
ibiti vyariko biraka n’uguitongora ivyamwa n’imbuto vyariko biramera kugirango
ntibimere. Muri Gosheni honyene aho ab’Isirayeliu bari bari niho hatigeze
hashika ukwo guhinda.
Farawo yahawe
ubuhanu bw’amasaha mirongo ibiri na ane kugira ashire abantu n’ibitungano
mumazu. Ivyo vyabaye kubera abapfumu bo muri Misiri bari baravuze bati ngo
bariko baratanga inkuru z’ijanye n’ibirere. Turabona ko batari kubuza ukuboko
kw’ Imana gukora ibikorwa.
Iki kimenyetso
kizokoreshwa kumunsi wiherezo (Ivyahishuriwe 11:19,16:21). Farawo yaratinye
mugabo Mose yamenye ko Farawo n’abantu biwe batarizera Uhoraho Imana ( Kuvayo
9:30).
Farawo
yarahamagaye Mose no ku barira ati barira Imana igezaho ako gahinda be n’Uwmotsi
Mose yabariye Farawo ati niwatahura iyo nzira ukuboko n’uguhinda kwumwotsi
bizorangira. Nimba ico kimenyetso cararangiye mugabo Farawo ntiyigeze arekura
abantu b’ Imana ngo bagende.
Imana yabandanije
gukora ibimenyetso n’ibitangaza kugirango ubwoko bwose bubashe kumenya Imana
imwe Rudende kandi y’ Ukuri.
Inzige zimeze
kurya kwibinyago bishobora kurya icarico cose arico ivyatsi, ibiti vyose
n’ibimera vyose bikavyonona. Farawo yaragerageje kugira ubwumvikane na Mose ko
amwereka ko abantu bazogenda gusenga Imana yabo no, kuyitangira ibimazi, ariko
abana n’abakenyezi barasigara muri Misiri. Farawo yafata abakenyezi n’abana
nk’inyagano kugira ngo abagabo babo baze kugarukamuri Misiri. Imana itugira
nk’Umuryango kandi ivyo sivyiza. In zige zari zihari kw’isi yari yugarijwe
n’umwijima. Bariye vyose vyari bisigaye i Misiri. Kandi vyari ibisanzwe kubera
za mana zabo ntizigeze ziharagika ibimenyetso vyose.
Imana yaragize
umutima wa Farawo gukoma ntara kugirango yereke abantu biwe ibimenyetso
vyiwe Farawo yarabona ivyo no gutahura
ko n’ubwoko buzotegerezwa kumenya Imana Imwe Rudende kandi y’ Ukuri n’ Imana ya
bose kandi iri hejuru ya vyose Inzige zarungitswe kurangiza ivyo urubura
rutigeze rurangiza (Kuvayo 10:3-6).
Farawo yabariye
Mose kandi ko yo kura izo nzige yagize. hamwe nivyo Farawo yarankiye abantu b’
Imana kugenda.
Ikimenyetso c’icenda : Hacura Umwiza
Uwo muco mugihugu ca Misiri wabaye kukiringo c’iminsi indwi ariko Ab’isirayeli bari bafise umuco kuruhande
rwabo mugihe c’ iminsi itatu Farawo yarahamagaye Mose iwe kukirimba aramubarira
ati abantui bose barshobora kugend gusenga Imana, artiko ngo ibitungano vyabo
vyosigara. Ibitungano vyari kuruhand rw’Abisirayeli nk’igikjoresho c’Ishikanwa
ku Mana Nkuru.
Ikigikorwa cari giteye kubiri n’inkomezi n’ububasha bw’ Imana za Misiri
arizo Sungod Ra canke Amun-Ra.
Umutima wa Farawo warugumye n’ukuvuga “Nimunvireho ni mugende, kandi ntu
bone no mumaso hanje kandi,umunsi
uzobona mumaso h’ Imana uzopfa” Mose yaremeye ko atazobona mumaso ha Farawo
kandi kubera ko carigihe c’ Ikimenyetso ca nyuma.
Farawo yabariye Mose kandi ko yo kura izo nzige yagize. hamwe nivyo Farawo
yarankiye abantu b’ Imana kugenda.
Imana yabandanije
gukora ibimenyetso n’ibitangaza kugirango ubwoko bwose bubashe kumenya Imana
imwe Rudende kandi y’ Ukuri.
Umumalayika abarira Mose atoi hariho ab’isirayeli
bategerezwa kuvanwa muir Misiri Mose abarira ab’isirayeli ko bogurana nogusega
ingabire kuba nya Misiri uwo mutima
wogukehwa wabaye kugutinya Mose no kwibuka iminsi ya kahise nk’umuhizi mukuru wo muri Misiri. Kandi anye
Misiri bari bafise umutima wogushima kuri birya ab’isirayeli babakoreye.
Mose yamenye ko
ikimenyetso ca nyuma rwari urupfu rw’abana b’impfura z’abanytu n’ibitungano
vbyari ivyishangije vyo nyene ku Mana. Imana yabwiye Mose ingene ashobora
gukingira abana b’impfura bAbisirayeli.
Pasika ya Mbere
Kuvayo igice ca 12 kiratubwira yuko Ukokwezi kwa mbere kuzo babere ukwezi kwa mbere kw’umwaka kumunsi wa cumi
kandi n’uwambere w’ intama izoshirwa kuruhande mumiryango. uwo mwagazi w’intma
uze ubikwe gushika kumunsi wa cumi nakane no kwicwa kumugoroba.
Ntamw’Isirayeli n’umwe azosohoka hanze gushika igitondo c’ejo. Inyama
zokejwe n’imitsima itambiwe niyo bazorya. Ikizoba gisigaye cose kizo turirwa
hanyuma gitabwe hanze mugintocaho. Ab’Isirayeli bafunguye neza cane
bitegeguriye kugenda bambaye inkweto
zabo kumaguru hamwe n’imikogote yabo kumabokjo.
Mugihe babaga umwagazi w’intama baca basiga amaraso kugishima ryango. Ukwo
kwabaye nkurindwa n’ Imana
Nk’Umumarayika w’ uwupfu aca mwijoro
yac’abona inzu ifise amaraso kugishima ryango yaca ayirengana.
Ukwo nikwo kwabaye nk’icibutso c’Umunsi Mukuru w’Uhoraho kuri buri ruvyaro (Kuvayo
12:14). Yashizweho nka Pasika buri ya buri mwaka wumunsi wa cumi na kane
y’ukwezi kwa mbere.
Igice ca 15 kiratubarira kurya
kumukate utagira umwambiro kw’iminsi indwi , umunsi wa 15 n’umunsi wa 21 umunsi
wa Abibu n’umunsi mweranda. Bitegerezwa ko tutogira igikorwa na kimwe atari uguteka infungurwa gusa vyonyene.
Bidusaba ko twotegura neza icumba cacu imbere y’iminsi 15 Ab’Isirayeli
barabwiwe gutanga amafu iminsi yose nk’umukate, hamwe nivyo guteka munzu zabo
imbere yuko basohoka bava muri Misiri (Kuvayo 12:15).
Indwi tudashobora
gufungura umwambiro uwariwo wo wose
igihe c’ukuzigamwa ibihe bidashira hariho ibintu vyinshi dutegerezwa
kwigishwa kuvyerekeye umunsi Mukuru
ariko tuzobivugana mu nyigisho God’s Holy
Days ( N° CB 22).
Ijoro Imana
yaciriye iteka ibigirwamana vyose vya Misiri. Ikimenyetso cose cari
ikigirwamana ca sengwa na banye Misiri. Ntakwizera bari bafise kwerekana ko
ibimenyetso vyose vyari ivyigitangaza vyari bibi kubantu no kubitwara. Hamwe
nivyo Farawo yar’imana kubantu biw kandivyo vyerekana ko atayindi mana umwami c
anke umwana w’umwami canke ibigirwa mana bifise ingufu hejuru y’ Imana Imwe
Rudende kandi y’ Ukuri.
Kwubaha Imana
Ab’Isirayeli barafunguye Pasika mukwihuta no kwitegurira urugendo.
Ikimenyetso ca cumi: Hapfa abana b’ Impfura
Hagati mwijoro abana bose b’impfura n’ibitungano vyose birapfa Kuva kumpfura ya Farawo yari kuntebe yiwe n’icambere cose c’igitungano carapfuye (Kuvayo 12:29). Harabaye amarira mùenshi muri Misiri kubera imiryango myinshi yarabuze. Ariko Ab’Isirayeli bari bamerewe neza kuko mumiryango yabo atanakimwe cabaye kuko bari ba bwiwe n’ Imana ko bosiga amaraso kubishima ryango vyabo. (Kuvayo 12:27-28) kandi ivyo vyerekanye ubutandukanire bw’abantu babiri.
Rero Farawo aratahura ko Imana nyen’inkomezi ya Isirayeli ninkuru kandi isumba izindi mana zose Farawo yigeze kumenya. imana ziwe zariho ariko zarapfuye. rero yariko arihutira kugeseza abana ba Isirayeli.
Farawo yahamagaye
Musa na Aroni mwijoro no kubabwira (Kuvayo 13:3ff.), “Haguruke nimuve mubantu
banje, wewe n’abana ba Isirayeli gende mukorere iyo Mana yanyu muvuga. Kandi
mwakire n’ibitungano vyanyu kandi mugende kndi nanje mu mpezagire”.
Uko niko
Ab’Isirayeli basohotse muri Misiri bamaze yo imyaka 430 iheze (Kuvayo
12:40-41). Imana yabariye abana ba Isirayeli ko bobarira uruvyaro rwabo kuva
kuri buri bwoko kuko atipfuje ko bibagira uburyo yabakuye muri Misiri mu
kinyago. (Kuvayo 13:3-10). N’”ijoro ry’ugutunganya”, “Ijoro ryo gusumwa kuruvyaro
rwose ibihe bidashira.
Nimba Umumarayika
yarinzwe abana ba Isirayeli bava muri Misiri niko yabarinze nkinki y’igicu co
kumurango n’inkinki y’umuriro w’ijoro. Umumarayika w’ uhoraho ntiyaretse
Isirayeli. Ima,a yarabarinze abana b’Asirayeli mumwidegenvyo mubugararwa
gushika kukiyaga ca shamu.
Iyo yari inzira
ndende cane kandi yumye ariko abana ba Isirayeli barabandanije ntibigeze basubira inyuma muri Misiri, naho
hariho ibigeragezo n’izindi mbanvu.
Inyuma yaho
basohokeye Farawo yararize cane yicuza igituma yarekuye
ab’Isirayeli. Banye Misiri rero barabuze abaja. Yaciye ategura amafarasi yiwe
n’ingabo ziwe kugirango bakurikire Abaja biwe.
Mukanya gato
Farawo n’ingabo ziwe barakurikiye
Ab’Isirayeli bagira bashikire ikiyaga
c’Ishemu naho abana ba Isirayeli
babonye ibitangaza n’ubushobozi bw’ Imana Imwe y’ ukuri kandi Rudende barashavuye n’ugushaka gusubira inyuma muri
Misiri.
Mose
nk’umurongozi wabo yababwiye ati “Ntimugire
agahinda ni muhaguruke muzobona itangaza gikuru c’ Imana kuruno munsi, kuko abo
banye Misiri mubona uno munsi ntabo muzosubira kubona kuko Imana irabarwanira
uno munsi kandi muzogira amahoro n’Umutekano“ (Kuvayo 14:13-14).
Mose yarahagaritse inkoni yiwe no kurambika mu kiyaga ghitukura gica kiricamwo kubiri hanyuma Ab’isirayeli bararujabuka hameze ubutaka igikingi cari imbere y’Abisirayeli caciye gihinfukira inyuma yabo. Igikinki cari rero hagati yabanye Misiri na bany’isirayeli. Igikingi cari umwiza kubanye Misiri ariko kubanye’Isirayeli catanga umuco . Ibicu vy’uburaruko murico giha cagize Iukiyaga gitukura kuba agataka muryo joro. Hanyuma ab’Isirayeli bagenze genze hejuru yico kiyaga nguko umengo haragataka katigeze kabaho uruzi.
Abanye Misiri
barabandanije gukurikira abanya Isirayeli kugeza kuwanyuma gushika kukiyaga
gitukura Mose ntiyigeze atwara kandi inkoni yiwe abanye Misiri bashitse i,bare
y’ikiyaga gitukura baciye batwarwa bose
Uko nikwo Imana yaci Imwe y’Ukuri kandi Rudene ya kijije abasirayeli
mugihugu c’ Inyagano.
N’Ab’Isirayeli
barabonye igikorwa gimoye cane Imana y’akoreye aba nya Misiri kandi abantu
barahine agashitsi baratinya Imana no kumwizera Imana. N’intumwa yiwe Musa‘
(Kuvayo 14:31).
Raba kandi inyigisho Moses and thes Gods oif Egypt (N° 105) le
texte principal ici.
q